Turasa Lyrics & Tabs by Khadja Nin

Turasa

guitar chords lyrics

Khadja Nin

Album : Ya... world PlayStop

ihoze mwana wa mama
uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi
yego nanje ndibonera

yuko imibiri yose idasa
uyu urera
urya ukirabura
uriya uravanze
jewe mbona
watu wa ulimwengu wandugu
kaskasini kusini wako sawa
watu wa ulimwengu wandugu
wote wanafanana
mbona dusa
umworo wino arasa
n'umworo wo hirya agasa

mbona dusa
umworo wino arasa
n'umworo wo hirya agasa
n'umworo wa hakurya
umwana wanje ansera
kurya umwana wawe agusera
abavyeyi Turasa
none mwana wa mama
abantu dupfa iki?
ko mbona

Like us on Facebook.....
-> Loading Time :0.0110 sec